Bicu vyo kw injuru.


  Ivyakozwe n’bavugishwa rukurikirane.

Bicu vyo kw injuru.


Supernatural Cloud.

Luka 21:25-27,
25 Kandi hazoba ibimenyetso ku zuba no ku kwezi no ku nyenyeri, kandi no mw isi hazoba imibabaro mu mahanga, bazotegekanishwa n’ukubomborana kw’ikiyaga n’imipfunda;
26 kand’ abantu bazogwishwa igihūmura n’ubgoba no kwitega ibigira bibe mw isi; kukw ivy’ inkomezi vyo mw ijuru bizonyiganyizwa.
27 Ni ho bazobona Umwana w’umuntu aje mu gicu, ari n’ububasha n’ ubgiza bginshi.

Matayo 24:23-24,
23 Ico gihe ni hāgira umuntu ababgira, at’ Ehe Kristo ari hano, canke, at’ Ari hariya: ntimuze muvyemere.
24 Kuko hazokwaduka abīgira Kristo n’abīgira abavugishwa n’ Imana, bagakora ibimenyetso bihambaye n’ibitangaza, kugira ngo bazimize n’abātoranijwe ni vyashoboka.

Matayo 24:25-26,
25 Rāba ndabibabgiye bitaraba.
26 Nuko ni bababgira, bat’ Eh’ ari mu bugaragwa, ntimuze mujeyo; canke, ngw Ari haruguru mu mpete, ntimuze muvyemere.

Matayo 24:27,
27 Nk’uk’ umuravyo urabiriza i burasirazuba ukabonekera iyo rirengera, ni k’ ukuza kw’Umwana w’umuntu kuzomera.

Matayo 24:28,
28 Ah’ umuvyimba uri hose, ni ho ibinyakabaka bizokoranira.

Matayo 24:29-30,
29 Hanyuma y’ayo marushwa y’ ico gihe, uwo mwanya izuba rizocura umwiza, n’ukwezi ntikuzoba kucaka umuco wakwo, n’ inyenyeri zizokoragurika zive kw ijuru, n’ivy’ inkomezi vyo mu majuru bizonyiganyizwa.
30 Bun’ ikimenyetso c’Umwana w’umuntu kizobonekera kw ijuru, ni ho amoko yose yo mw isi azoboroga, bazobona Umwana w’umuntu aje mu bicu vyo kw ijuru ari n’ububasha n’ubgiza bginshi.

Download (PDF Icongereza):
  "Is this the sign of the end Sir"

Musome mu (PDF Icongereza)...
  "The Acts of the Prophet" - Pearry Green.


  Bicu vyo kw injuru.

Bicu mu Sabino Canyon.


William Branham.

Ibi bibwirwa ishengero ryanje gusa, mbere rikaba atari n'ishengeroryanje jewe, ariko ni wa mukuku muto unyemera kandi ukankurikira. Ni ivyabo. Umusi umwe, kuko nzi ko ico ndababarira ari UKU NI KOUHORAHO AGIZE, kandi mu gihe nariko mfata Ivyanditswe Iriko Irampishurira ibibintu, navuze nti: «Mwami Mana, nobwira iki rino koraniro? Ko hazocahabaho gutandukana! Hazobaho abantu bari ahantu hose h'urwinjiriro no ku mbugakugira ngo bambaze bati: Ntegerezwa gutandukana n'uno mugore? N'abagore nyenekugira ngo bambarire bati: Ntegerezwa gutandukana n'uno mugabo? None nokoraiki?» Nca ndavuga nti: «Mwami, nzokora iki?». Haciye hazaikintu kirambarira kiti: «Genda ku musozi ndaheza nkubarire». Ndi ku musozi... Sinari nzi ko epfo i Tukisoni bariko barakibona, kugeza n'aho abigishab'amashure basohoye abana babakura mw'ishure (ka gakobwa kanje gato n'abandi) barababarira bati: «Ni murabe hariya kuri urya musozi hariho igicu gisan'urubeya rw'umuriro w'inkazi kiguma kiduga congera kimanuka, kiduga congera kimanuka».

MupfasoniEvansi, ni ho uri? Roniya ni ho uri? Ngarutse, naciye mpagararira ahobanyweshereza igitoro kwa ba Evansi, maze ntaranamenya ico abahungu babo bazakumbarira, aca ansimbirako ambarira ati: «Mwene Data Branham, wari hariyahejuru ku musozi, si ko none?» Ndamwishuranti: «Aho ugomvye kuvuga iki ga Roniya, we? Oya». (Murabona, ukwo kwariukugira ngo ndabe ico agomba gushikako). Hariho ibintu vyinshi bishika,atawovyiganira abantu. Igituma ni uko, iyo abantu babona ibintu vyinshibishika, bica bihinduka akamenyero, murabona. Ahubwo sinkibivuga. Naciye mvugarero nti: «Roniya, wabonye iki?» Acaambarira ati: «Ndashobora kukwereka neza na neza aho wari uri. Nahamagaye mamaduca duhagarara harya turaheza dukomeza kwitegereza nya gicu cari hariya hejurukiguma kimanuka congera kiduga. Ni kwo kumubarira nti: «nta wundi atariBranham ashobora kuba ari hariya hejuru. Nti ni Imana iriko iravugana na we». Igisagara cosecarabibonye. Wari umusi w'ijuru ritarimwo urwirungu, uretse gusa ico gicukinini casa n'urubeya rw'umuriro w'inkazi cari kihahagaze kimezenk'umubirikira, kiduga kigororotse hejuru kikaguka.

Musome mu...  Ukwabirana n’Ukwahukana.


Click on an image to download PDFs or fullsize picture.


Inkingi z’Umuriro.

Bicu vyo kw injuru.

Acts of the Prophet.

(PDFs Icongereza)

Chapter 11
- The Cloud

(PDF Icongereza)

Imbere...

Inyuma...

There they crucified Him
Ahantu h’agahanga.

The Indictment

(PDF Icongereza)

William Branham Life
Story.

(PDF Icongereza)

Pearry Green personal
testimony.

(PDF Icongereza)

Ukwabirana
n’Ukwahukana.

(PDF)

   Download ...


Ubutumwa hub...
Ubutumwa bwa Mwene Data Branham.