Inkuru nziza.
Yesu yapfiriye
ivyaha vyacu.

  Imana na Siyansi uruhererekane.

Imana na Siyansi.

igikurikira >>

Ivy’ubucukuzi 1.Umusozi Sinayi nyawo.
Ivy’ubucukuzi 2.Meriba. Amazi ava ku Rutare.
Ivy’ubucukuzi 3.Sodomu na Gomora.

Imana n’Kahise.

Ubwato bwa Nowa.Ubushakashatsi buriko burakorwa ubu.
Kahise w'Ishengero.Ishengero ndwi ari muri Aziya.

Ivy’ubucukuzi 1.


  Imana na Siyansi uruhererekane.

Umusozi Sinayi nyawo.

Mu gice c’izinga ca Sinayi hari umusozi witwa umusozi wa Sinayi. Ariko rero uwo musozi siwo Uhoraho yamanukiyeko, canke aho Mose yakiriye amabwirizwa 10.

Umusozi nyawo wa Sinayi uri muri Arabiya Saudite, kandi naho hariho ukutumvikana ku bijanye n’izina ry’uwo musozi, tuzoyita “Jebel el Lawz”, ni ko Ron Wyatt, Umuhinga mu vy’ubucukuzi, yayise.

‘Jebel el Lawz’, bisobanura “umusozi w’amavuta y’ikimera”, si ikirunga, ariko rero, urutare ruri kw’isonga ry’umusozi rwahinduye ibara kandi rwerekana ibimenyetso vy’uko rwashikiwe n’ubushuhe bwinshi (rwashonze), aho Umukama yamanutse.


Umusozi Sinayi nyawo.
(Ifoto - ArkDiscovery.com)

Mu ntango y’uwo musozi hari ibintu vy’agaciro bitari bike, vyerekana ko abantu bamaze igihe kanaka bakora. Hariho ibishushanyo ku bitandara vyerekana imana y’Abanyamisiri yitwa Apis, ikimasa, imana y’uruvyaro n’inkomezi, (inyana yashonze?) be n’imana yitwa menorah.

Nta n’umwe ashobora gushika kuri uwo muhora, uruzitiro rurawukikuje, kuko ari ikibanza c’igisirikare ca Saudi Arabia.


  Bibiliya ivuga...

Uwo musozi Sinayi upfūndūka umwotsi wose, kuk’ Uhoraho yamanutse, aje kuri wo ari mu muriro: umwotsi wawo upfūndūka nk’uw’itanure, umusozi wose utigita birengeje.

Ijwi ry’ inzamba rirushirije kurengēra, Mose aravuga, Imana imwishura mw ijwi rirenga.

Nuk’ Uhoraho aramanuka, aza kur’ uwo musozi Sinayi, ku mpinga yawo. Uhoraho ahamagara Mose ngw adūge uwo musozi ashike ku mpinga, Mose aradūga.

Kuvayo 19:18-20


   Imana na Siyansi uruhererekane.

Meriba. Amazi ava ku Rutare.


Amazi ava ku Rutare.

(Ifoto - ArkDiscovery.com)

I Meriba, hari urutare rufise umuhengeri munini cane ruca rumanuka. Ico gitandara gifise uburebure bwa metero 16 (canke zirenga).

Mu birenge vy’uru rutare, hari ibimenyamenya vy’uko amazi menshi atemba, mu kiringo kirekire.

Imana yararonkeje abantu bayo, ari bo Isirayeli, mu kuzana amazi ava ahantu hadashoboka cane, ayo mazi ashobora kuza kuva.

Mbega umutanzi.

Kuvayo 17:6-7,
6 Ehe rāba nanje ndahagarara imbere yawe hariya ku gitandara c’i Horebu; nawe uheze uje gukubita ico gitandara, amazi aca yisuka avuye muri co, abantu banywe. Nuko Mose abikora artyo imbere y’abakuru b’Abisirayeli.
7 Yita aho hantu Masa na Meriba kukw Abisirayeli bamutonganije, kandi kuko bagerageje Uhoraho, bakabaza ngo Mbeg’ Uhoraho ari muri twebge, canke ntari muri twebge?

Zaburi 78:15-16,
15 Yasaturiye ibitandara mu bugaragwa, Ibanywesha amazi menshi nk’ ayava i bgina.
16 Kandi mu gitandara yagikūyemw’ amasōko, Itembesha amazi nk’inzūzi.


  Bibiliya ivuga...

Imisozi yadegerejwe imbere y’Uhoraho, Na Sinayi n’uko, imbere y’ Uhoraho Imana y’Abisirayeli.

Abacamanza 5:5


Fyonda ku ishusho kugira ngo ubone ishusho yuzuye canke PDF.


William Branham
Life Story.

(PDF Icongereza)

Ingene Wa
Mumarayika
Yangendeye...
(PDF)

As the Eagle
Stireth her nest.

(PDF Icongereza)

Chapter 14
- Sabino Canyon

(PDF Icongereza)

Imbere...

Inyuma...

Chapter 13
- God is Light.

(PDF Icongereza)

Chapter 9
- The Third Pull

(PDF Icongereza)

Pearry Green personal
testimony.

(PDF Icongereza)

Ukwabirana
n’Ukwahukana.

(PDF)


Kimwe mu bihendo
bikomeye cane
mu mateka
y’isi yacu,
ni “Inyigisho
y’Ubwihindurize”
ya Darwin.



Ubutumwa hub... Hitamwo ururimi rwawe maze gukurura ubutumwa ku buntu buvuye ku muvukanyi Branham.


Urubuga rw’amakuru
y’icongereza.

Ivyahishuriwe Yohana.

Imana na Siyansi.
Index. Ivy’ubucukuzi.

Eliya Umuhanuzi.

Inkuru nziza.
Yesu yapfiriye ivyaha
vyacu.

Umubatizo w'amazi.

 
 

Bicu vyo kw injuru.

Inkingi z’Umuriro.

Izuka uruhererekane.

Rihambaye
ry'Ubutatu.

Acts of the Prophet.

(PDFs Icongereza).

Bihe ndwi vy'Ishengero.

Amashashara Ndwi.

Ijambo Ry'Ubugingo
uruhererekane.

Noheli uruhererekane.

 

Gihe c'iherezo
uruhererekane

Hirya Ya Ca
Gihuzu C’Igihe.

Imana n’Kahise.
uruhererekane.

Abakristo kugenda
uruhererekane.

Ubwato bwa Nowa.

Ivy’ubucukuzi.
Sodomu na Gomora.

Ruvyaro rw'inzoka.
Icaha c'inyanduruko.

Babuloni y'Akabanga.

Ubutumwa mu Ikirundi.

Ukwabirana
n’Ukwahukana.